Itanguriro 1:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Maze Imana irabahezagira, ibabwira iti: «Nimurondoke, mugwire, mwuzure isi+ kandi muyiganze+. Nimuganze+ amafi yo mu kiyaga, ibikoko biguruka mu kirere n’ibikoko vyose bigendagenda kw’isi.» Itanguriro 2:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Vyongeye, Yehova Imana atunganya itongo muri Edeni+, amaja mu buseruko, maze ahashira uwo muntu yari yabumvye+. Zaburi 115:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ijuru ni irya Yehova+,ariko isi yayihaye abana b’abantu+.
28 Maze Imana irabahezagira, ibabwira iti: «Nimurondoke, mugwire, mwuzure isi+ kandi muyiganze+. Nimuganze+ amafi yo mu kiyaga, ibikoko biguruka mu kirere n’ibikoko vyose bigendagenda kw’isi.»
8 Vyongeye, Yehova Imana atunganya itongo muri Edeni+, amaja mu buseruko, maze ahashira uwo muntu yari yabumvye+.