ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 1:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Bukeye, Yohani abona Yezu aza amutumbereye, aca avuga ati: «Raba Umwagazi w’intama+ w’Imana, ukuraho igicumuro+ c’isi+!

  • 1 Abakorinto 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Nimukureho umwambiro ushaje kugira mube igikandu gishasha, kubera ko musanzwe mutarimwo umwambiro. Kuko vy’ukuri, Kristu we mwagazi w’intama wacu wa Pasika+ yatanzwe nk’ikimazi+.

  • Ivyahishuwe 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Maze mbona umwagazi w’intama+ usa n’uwishwe+, uhagaze hagati* ya ya ntebe y’ubwami na vya binyabuzima bine no hagati ya ba bakurambere+. Wari ufise amahembe indwi n’amaso indwi, ayo maso akaba agereranya impwemu indwi z’Imana+ zatumwe mw’isi yose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika