1 Petero 1:19, 20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ahubwo mwabukuwemwo biciye ku maraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagira akanenge* canke agatosi+, ni ukuvuga amaraso ya Kristu+. 20 Ego ni ko, Imana yamutoye* imbere y’igihe, isi itarashingwa+, mugabo yerekanywe kw’iherezo ry’ibihe ku bwanyu+. Ivyahishuwe 5:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Bavuga n’ijwi rirenga bati: «Uwo Mwagazi w’intama wishwe+, urabereye guhabwa ububasha, ubutunzi, ubukerebutsi, inkomezi, iteka, ubuninahazwa n’umuhezagiro+.»
19 Ahubwo mwabukuwemwo biciye ku maraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagira akanenge* canke agatosi+, ni ukuvuga amaraso ya Kristu+. 20 Ego ni ko, Imana yamutoye* imbere y’igihe, isi itarashingwa+, mugabo yerekanywe kw’iherezo ry’ibihe ku bwanyu+.
12 Bavuga n’ijwi rirenga bati: «Uwo Mwagazi w’intama wishwe+, urabereye guhabwa ububasha, ubutunzi, ubukerebutsi, inkomezi, iteka, ubuninahazwa n’umuhezagiro+.»