ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 12:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Muzonezerwa imbere ya Yehova Imana yanyu+ mwe n’abahungu banyu, abakobwa banyu, abashumba banyu b’abagabo n’ab’abagore hamwe n’Abalewi baba mu bisagara* vyanyu, kuko ata mugabane canke intoranwa bahawe muri mwebwe+.

  • Nehemiya 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Nehemiya ababwira ati: «Genda murye indya ziryoshe*, munywe n’ibinyobwa biryoshe, kandi murungikire imfungurwa+ abadafise ico barya kuko uwu musi ari mweranda ku Mukama wacu. Ntimubabare kuko umunezero Yehova atanga ari wo buhungiro bwanyu*.»

  • Nehemiya 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Abantu bose bari baravuye mu bunyagano bubaka rero insago, maze bazibamwo. Abisirayeli bagira umunezero mwinshi cane+ kubera ko batari bwigere bahimbaza uwo musi mukuru gutyo kuva mu misi ya Yosuwa+ mwene Nuni.

  • Umusiguzi 5:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Iki ni co nabonye ko ari ciza kandi kibereye: ni uko umuntu yorya, akanywa kandi agahimbarwa n’ibikorwa vyose+ yabiriye akuya munsi y’izuba mu misi mikeyi y’ubuzima Imana y’ukuri yamuhaye, kuko iyo ari yo mpembo* yiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika