1 Ngoma 3:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Abahungu ba Yosiya bari aba: imfura yari Yohanani, uwa kabiri Yehoyakimu+, uwa gatatu Zedekiya+, uwa kane Shalumu. Yeremiya 22:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Kuko ku bijanye na Shalumu*+ mwene Yosiya, umwami w’Ubuyuda aganza mu kibanza ca se Yosiya+, akaba yaravuye aha hantu, Yehova avuze ati: “Ntazokwongera kuhagaruka.
15 Abahungu ba Yosiya bari aba: imfura yari Yohanani, uwa kabiri Yehoyakimu+, uwa gatatu Zedekiya+, uwa kane Shalumu.
11 Kuko ku bijanye na Shalumu*+ mwene Yosiya, umwami w’Ubuyuda aganza mu kibanza ca se Yosiya+, akaba yaravuye aha hantu, Yehova avuze ati: “Ntazokwongera kuhagaruka.