Malaki 3:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Nimuzane ivy’icumi vyose mu kigega+, kugira ngo mu nzu yanje habe ibifungurwa+. Enda nimungeze muri ivyo», ni ko Yehova Nyeningabo avuze, «murabe ko ntazobugururira ingomero zo mw’ijuru+, nkabasukako* umuhezagiro gushika aho ata co mubura+.»
10 Nimuzane ivy’icumi vyose mu kigega+, kugira ngo mu nzu yanje habe ibifungurwa+. Enda nimungeze muri ivyo», ni ko Yehova Nyeningabo avuze, «murabe ko ntazobugururira ingomero zo mw’ijuru+, nkabasukako* umuhezagiro gushika aho ata co mubura+.»