ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Mu gihe muzoba mukiriko murarya ibihitira vyo mu mwaka uheze, muzobikura kugira bibise bishasha.

  • 2 Ngoma 31:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Azariya umukuru w’abaherezi bo mu muryango wa Sadoki amwishura ati: «Kuva igihe batanguriye kuzana intererano mu nzu ya Yehova+, abantu barariye barahaga kandi haracasigaye vyinshi kuko Yehova yahezagiye abantu biwe. Ibi vyose ubona bingana gutya ni ivyasigaye+.»

  • Imigani 3:9, 10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Tera iteka Yehova ukoresheje ibintu vyawe vy’agaciro+

      be n’ivyeze ubwa mbere* mu mwimbu wawe wose+.

      10 Maze ibigega vyawe bizokwuzura bisesekare,

      amato* uganiramwo na yo yuzure umuvinyu mushasha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika