ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 53:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ni co gituma nzomuha umugabane muri benshi,

      kandi azogabangana isahu n’abanyabubasha,

      kubera ko yasutse ubuzima bwiwe gushika ku rupfu+,

      agaharurwa mu bacumuzi+.

      Yikoreye igicumuro c’abantu benshi+,

      aburanira abacumuzi+.

  • 1 Abakorinto 15:3, 4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Kuko mu bintu vya mbere nabahaye harimwo ivyo nanje nahawe, yuko Kristu yapfuye ku bw’ibicumuro vyacu nk’uko Ivyanditswe bivuga+, 4 ko yahambwe+, kandi ko yazuwe+ ku musi ugira gatatu+ nk’uko Ivyanditswe bivuga+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika