-
Yeremiya 16:12, 13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Mwakoze nabi cane kurusha ba sogokuruza banyu+. Umwe wese akurikira akagagazo k’umutima wiwe mubi, aho kungamburukira+. 13 Nzobakura muri iki gihugu ndabate mu gihugu mwe na ba sogokuruza banyu mutamenye+, kandi mugezeyo muzobwirizwa gukorera izindi mana umurango n’ijoro+, kuko ata buntu nzobagirira.’”
-