ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 65:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  5 Bavuga ngo: “Guma aho uri ntunyegere

      kuko ndakurusha ubweranda*.”

      Abo ni umwotsi mu mazuru yanje, umuriro waka bukarinda bwira.

  • Matayo 6:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Mwiyubare ntimuze murakora ivyiza* kugira mwiyerekane+. Ahandiho So wanyu ari mw’ijuru nta mpembo azobaha.

  • Abaroma 10:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Kubera yuko batazi ubugororotsi bw’Imana+, ntibigeze babukurikiza+, ahubwo barondeye kwishingira ubugororotsi bwabo bwite+.

  • Abaroma 14:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Kubera iki none ucira urubanza umuvukanyi wawe+? Canke kubera iki ugaya umuvukanyi wawe? Erega twese tuzohagarara imbere y’intebe y’imanza y’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika