ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Inyuma y’ivyo, Imana yihweza ibintu vyose yari yaremye, isanga vyari vyiza cane+. Burira bwongera buraca: uwo uba umusi ugira gatandatu.

  • Abaroma 1:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Nkako ibintu tutabona biranga Imana*, ni ukuvuga ububasha bwayo bwamaho+ n’ubumana bwayo+, biribonekeza neza kuva igihe isi yaremwa, kuko bibonekera ku bintu yaremye+. Nta co rero bafise bireguza.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika