Yesaya 40:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Nimuraramure amaso murabe kw’ijuru. Ni nde yaremye ivyo bintu+? Ni Umwe asohora ingabo zavyo ku gitigiri.Zose azihamagara mu mazina yazo+. Kubera inkomezi zitagira uko zingana akoresha n’ububasha buteye akoba afise+,nta n’imwe muri zo ibura. Ivyahishuwe 4:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 «Ewe Yehova* Mana yacu, urabereye kuronka ubuninahazwa+, iteka+ n’ububasha+, kuko waremye vyose+, kandi ukugomba kwawe ni kwo kwatumye bibaho, biraremwa.»
26 Nimuraramure amaso murabe kw’ijuru. Ni nde yaremye ivyo bintu+? Ni Umwe asohora ingabo zavyo ku gitigiri.Zose azihamagara mu mazina yazo+. Kubera inkomezi zitagira uko zingana akoresha n’ububasha buteye akoba afise+,nta n’imwe muri zo ibura.
11 «Ewe Yehova* Mana yacu, urabereye kuronka ubuninahazwa+, iteka+ n’ububasha+, kuko waremye vyose+, kandi ukugomba kwawe ni kwo kwatumye bibaho, biraremwa.»