Abanyefeso 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Vyongeye, mwakire inkofero y’ubukiriro+ n’inkota y’impwemu, ari ryo jambo ry’Imana+. 1 Abatesalonika 5:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Nayo twebwe ab’umurango, tuzigame ubwenge bwacu kandi twambare ukwizera n’urukundo nk’igikingira igikiriza, twambare n’icizigiro c’ubukiriro nk’inkofero+.
8 Nayo twebwe ab’umurango, tuzigame ubwenge bwacu kandi twambare ukwizera n’urukundo nk’igikingira igikiriza, twambare n’icizigiro c’ubukiriro nk’inkofero+.