1 Ngoma 28:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nuko umwami Dawidi arahaguruka, avuga ati: «Benewacu, bantu banje, nimunyumvirize. Naripfuje cane kwubaka inzu izokwama ibamwo isandugu y’isezerano rya Yehova, ikaba n’intebe y’ibirenge vy’Imana yacu+. Kandi naravyiteguriye+. Zaburi 132:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nimuze twinjire ahantu aba*+,twuname imbere y’intebe y’ibirenge vyiwe+. Yesaya 60:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ubwiza bw’i Libani buzokuzako+,ibiti vy’imiberoshi, ibiti vy’imitidari n’utujwari vyose hamwe+,kugira ngo aho ikibanza canje ceranda kiri hasharizwe.Nzoninahaza ikibanza c’ibirenge vyanje+.
2 Nuko umwami Dawidi arahaguruka, avuga ati: «Benewacu, bantu banje, nimunyumvirize. Naripfuje cane kwubaka inzu izokwama ibamwo isandugu y’isezerano rya Yehova, ikaba n’intebe y’ibirenge vy’Imana yacu+. Kandi naravyiteguriye+.
13 Ubwiza bw’i Libani buzokuzako+,ibiti vy’imiberoshi, ibiti vy’imitidari n’utujwari vyose hamwe+,kugira ngo aho ikibanza canje ceranda kiri hasharizwe.Nzoninahaza ikibanza c’ibirenge vyanje+.