Matayo 12:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Akiriko aravugisha iryo sinzi, nyina wiwe na benewabo+ bari bahagaze hanze bashaka kuvugana na we+. Yohani 2:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Inyuma y’ivyo, we na nyina wiwe, benewabo+ hamwe n’abigishwa biwe baciye bamanuka i Kaperinawumu+, ariko ntibamazeyo imisi myinshi. Ivyakozwe 1:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Abo bose bariko bakovya mu gusenga bahuje inama, bari kumwe n’abagore+ bamwebamwe, na Mariya nyina wa Yezu na benewabo na Yezu+. 1 Abakorinto 9:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mbega ntidufise uburenganzira bwo kujana n’umugore twubakanye+ yizera*, cokimwe n’izindi ntumwa na benewabo n’Umukama+ be na Kefa*+? Abagalatiya 1:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ariko mu ntumwa nta wundi nabonye atari Yakobo+ mwenewabo n’Umukama.
46 Akiriko aravugisha iryo sinzi, nyina wiwe na benewabo+ bari bahagaze hanze bashaka kuvugana na we+.
12 Inyuma y’ivyo, we na nyina wiwe, benewabo+ hamwe n’abigishwa biwe baciye bamanuka i Kaperinawumu+, ariko ntibamazeyo imisi myinshi.
14 Abo bose bariko bakovya mu gusenga bahuje inama, bari kumwe n’abagore+ bamwebamwe, na Mariya nyina wa Yezu na benewabo na Yezu+.
5 Mbega ntidufise uburenganzira bwo kujana n’umugore twubakanye+ yizera*, cokimwe n’izindi ntumwa na benewabo n’Umukama+ be na Kefa*+?