Matayo 13:55 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, benewabo na bo si Yakobo, Yozefu, Simoni na Yuda+? Yohani 7:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mu bisanzwe, benewabo ntibamwizera+. Abagalatiya 1:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ariko mu ntumwa nta wundi nabonye atari Yakobo+ mwenewabo n’Umukama.
55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, benewabo na bo si Yakobo, Yozefu, Simoni na Yuda+?