Matayo 12:49 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 Aca yerekeza ukuboko ku bigishwa biwe, avuga ati: «Mawe na benewacu ng’aba+! Abaheburayo 2:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Kuko uwuriko arabeza n’abariko barezwa+ bose bava kuri umwe+, akaba ari co gituma adaterwa isoni no kubita benewabo+
11 Kuko uwuriko arabeza n’abariko barezwa+ bose bava kuri umwe+, akaba ari co gituma adaterwa isoni no kubita benewabo+