Luka 1:59, 60 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 59 Ku musi ugira umunani, baza kugenyera* uwo mwana+, kandi bagira bamwite Zakariya, izina rya se wiwe. 60 Mugabo nyina wiwe aca avuga ati: «Oya! Azokwitwa Yohani.»
59 Ku musi ugira umunani, baza kugenyera* uwo mwana+, kandi bagira bamwite Zakariya, izina rya se wiwe. 60 Mugabo nyina wiwe aca avuga ati: «Oya! Azokwitwa Yohani.»