Daniyeli 8:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nca numva ijwi ry’umuntu hagati mu ruzi Ulayi+, maze asemerera ati: «Gaburiyeli+, fasha uwo muntu gutahura ivyo yabonye+.» Daniyeli 9:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 emwe nkiriko ndasenga, nagiye mbona wa mugabo Gaburiyeli+ aza aho ndi, umwe nari nabonye mw’iyerekwa+, asanga narushe nasanzaye. Hari nko mu gihe co gutanga ishikanwa ryo ku mugoroba. Luka 1:26, 27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Inda yiwe imaze amezi atandatu, Imana ica ituma umumarayika Gaburiyeli+ mu gisagara c’i Galilaya citwa Nazareti, 27 ku mwigeme w’isugi+ yitwa Mariya, akaba yari akowe n’umugabo yitwa Yozefu+ wo mu muryango wa Dawidi.
16 Nca numva ijwi ry’umuntu hagati mu ruzi Ulayi+, maze asemerera ati: «Gaburiyeli+, fasha uwo muntu gutahura ivyo yabonye+.»
21 emwe nkiriko ndasenga, nagiye mbona wa mugabo Gaburiyeli+ aza aho ndi, umwe nari nabonye mw’iyerekwa+, asanga narushe nasanzaye. Hari nko mu gihe co gutanga ishikanwa ryo ku mugoroba.
26 Inda yiwe imaze amezi atandatu, Imana ica ituma umumarayika Gaburiyeli+ mu gisagara c’i Galilaya citwa Nazareti, 27 ku mwigeme w’isugi+ yitwa Mariya, akaba yari akowe n’umugabo yitwa Yozefu+ wo mu muryango wa Dawidi.