Zaburi 118:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ibuye abubatsi batayeryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+. Yesaya 28:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ni co gituma Umukama Segaba Yehova avuze ati: «Ehe ndiko nshinga i Siyoni ibuye ry’umushinge, ibuye ryagejejwe+.Ndiko ndahashinga ibuye rigumya imfuruka+ ry’agaciro ngo ribe umushinge ukomeye+. Nta wizera azota umutwe+. Matayo 21:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Yezu ababwira ati: «Mbega ntimwigeze musoma mu Vyanditswe ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+? Ivyo vyavuye kuri Yehova*, kandi biratangaje mu maso yacu+.” Matayo 21:44 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 44 Vyongeye, umuntu wese azogwa kuri iri buye azovunagurika+, ariko uwo rizogwako rizomufyonyora+.» Mariko 12:10, 11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Mbega ntimwigeze musoma iki canditswe kivuga ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+? 11 Ivyo vyavuye kuri Yehova*, kandi biratangaje mu maso yacu+.”» Ivyakozwe 4:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Uyo Yezu ni we “buye mwebwe abubatsi mwakengereye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+.” 1 Petero 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ni uw’agaciro rero kuri mwebwe kuko muri abemera. Mugabo ku batemera, «ibuye abubatsi bataye+ ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+»,
16 Ni co gituma Umukama Segaba Yehova avuze ati: «Ehe ndiko nshinga i Siyoni ibuye ry’umushinge, ibuye ryagejejwe+.Ndiko ndahashinga ibuye rigumya imfuruka+ ry’agaciro ngo ribe umushinge ukomeye+. Nta wizera azota umutwe+.
42 Yezu ababwira ati: «Mbega ntimwigeze musoma mu Vyanditswe ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+? Ivyo vyavuye kuri Yehova*, kandi biratangaje mu maso yacu+.”
10 Mbega ntimwigeze musoma iki canditswe kivuga ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+? 11 Ivyo vyavuye kuri Yehova*, kandi biratangaje mu maso yacu+.”»
11 Uyo Yezu ni we “buye mwebwe abubatsi mwakengereye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+.”
7 Ni uw’agaciro rero kuri mwebwe kuko muri abemera. Mugabo ku batemera, «ibuye abubatsi bataye+ ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+»,