ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 21:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Yezu abishura ati: «Ni ukuri ndabibabwiye, hamwe mwoba mufise ukwizera kandi ntimukekeranye, ntimwokora ivyo nakoreye iki giti c’umusukoni gusa. Ahubwo mwobwira n’uyu musozi muti: “Randuka ugwe mu kiyaga”, kandi vyoba+.

  • Ivyakozwe 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Mugabo muzoronka ububasha impwemu nyeranda niyabazako+, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no mu mihingo ya kure cane y’isi*+.»

  • Ivyakozwe 2:41
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 41 Nuko abakiranye akamwemwe ivyo yavuze barabatizwa+, kuri uwo musi hiyongerako nk’abantu 3.000+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika