Yohani 14:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Sinkivugana namwe vyinshi, kuko umutware w’isi+ ariko araza, kandi nta bubasha amfiseko+. Ivyakozwe 14:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Bashitseyo, bakomeza abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera, bavuga bati: «Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.» 1 Yohani 4:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Bane banje, mwebwe mukomoka ku Mana kandi mwaratsinze abo bahanuzi b’ikinyoma+, kuko uwunze ubumwe namwe+ aruta uwunze ubumwe n’isi+. 1 Yohani 5:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 kuko umuntu wese* yavyawe n’Imana atsinda isi+. Kandi icadufashije gutsinda isi, ni ukwizera kwacu+. Ivyahishuwe 3:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Uwutsinda+ nzomuha kwicarana nanje ku ntebe yanje y’ubwami+, nk’uko nanje natsinze nkicarana+ na Dawe ku ntebe yiwe y’ubwami.
22 Bashitseyo, bakomeza abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera, bavuga bati: «Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.»
4 Bane banje, mwebwe mukomoka ku Mana kandi mwaratsinze abo bahanuzi b’ikinyoma+, kuko uwunze ubumwe namwe+ aruta uwunze ubumwe n’isi+.
4 kuko umuntu wese* yavyawe n’Imana atsinda isi+. Kandi icadufashije gutsinda isi, ni ukwizera kwacu+.
21 Uwutsinda+ nzomuha kwicarana nanje ku ntebe yanje y’ubwami+, nk’uko nanje natsinze nkicarana+ na Dawe ku ntebe yiwe y’ubwami.