Ivyakozwe 2:32, 33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Uwo Yezu, Imana yaramuzuye kandi twese turi ivyabona vy’ico kintu+. 33 Kubera ko rero yashizwe hejuru iburyo bw’Imana+, kandi agahabwa na Se ya mpwemu nyeranda yari yarasezeranywe+, ayidusutseko nk’uko mubibona mukanavyumva. Abafilipi 2:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ico nyene ni co catumye Imana imuduza ikamushira mu kibanza co hejuru cane+, igashima kumuha izina riruta ayandi yose+.
32 Uwo Yezu, Imana yaramuzuye kandi twese turi ivyabona vy’ico kintu+. 33 Kubera ko rero yashizwe hejuru iburyo bw’Imana+, kandi agahabwa na Se ya mpwemu nyeranda yari yarasezeranywe+, ayidusutseko nk’uko mubibona mukanavyumva.
9 Ico nyene ni co catumye Imana imuduza ikamushira mu kibanza co hejuru cane+, igashima kumuha izina riruta ayandi yose+.