-
Matayo 10:2-4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Amazina y’izo ntumwa 12 ni aya+: ubwa mbere, Simoni batazira Petero+ na mwenewabo Andereya+; Yakobo umuhungu wa Zebedayo na mwenewabo Yohani+; 3 Filipo na Barutelemi+; Toma+ na Matayo+ umutozakori; Yakobo mwene Alufayo na Tadeyo; 4 Simoni Umunyamwete* na Yuda Isikariyoti, ari we yahavuye amugurisha+.
-
-
Mariko 3:16-19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Ng’aba abari bagize uwo mugwi w’abantu 12+: Simoni, ari we yataziriye Petero+, 17 Yakobo umuhungu wa Zebedayo na mwenewabo Yohani (ari bo yataziriye Bowanerige, bikaba bisobanura ngo: «Abana b’umuturagaro+»), 18 Andereya, Filipo na Barutelemi, Toma na Matayo, Yakobo mwene Alufayo, Tadeyo, Simoni Umunyamwete* 19 na Yuda Isikariyoti, ari we yahavuye amugurisha.
Hanyuma yinjira mu nzu,
-