ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 8:36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Nk’uko vyanditswe, «twirirwa turicwa kubera wewe. Abansi bacu batubona nk’intama zo gukererwa+.»

  • 2 Abakorinto 11:23-27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Ni abasuku ba Kristu? Nishura nk’umusazi. Ndabarusha kuba umusuku: nakoze vyinshi kubarusha+, mpfungwa kenshi kubarusha+, nkubitwa inkoni zidaharurika, ngarukira ku cobo kenshi+. 24 Incuro zitanu narakubiswe n’Abayuda ibimoko 40 biburamwo kimwe+, 25 incuro zitatu nkubitwa inkoni+, incuro imwe nterwa amabuye+, incuro zitatu ubwato bunsabirako+, mara ijoro n’umurango hagati mu kiyaga. 26 Nama mu ngendo kenshi, mu kaga k’inzuzi, mu kaga k’abambuzi, mu kaga k’abo mw’ihanga ryacu+, mu kaga k’abo mu yandi mahanga+, mu kaga mu gisagara+, mu kaga mu gahinga, mu kaga mu kiyaga, no mu kaga mu bavukanyi b’ikinyoma. 27 Narakora cane nkabira akuya, nkarara maso kenshi+, ngasonza, nkanyoterwa+, kenshi nkabura ivyo ndya+, nkicwa n’imbeho, nkabura n’impuzu nambara*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika