Yobu 14:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Umuntu yavyawe n’umugore,abaho igihe gito+ kandi yama yugarijwe n’ingorane*+. 2 Ameze nk’ishurwe rishurika rigaca ryuma*+.Ameze nk’igitutu gihunga kikazimangana+. Zaburi 102:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kuko imisi yanje itumuka nk’umwotsi,kandi amagufa yanje ariko araka nk’umuriro+. 1 Petero 1:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Nakare, «abantu bose* bameze nk’ivyatsi, kandi ubuninahazwa bwabo bwose bumeze nk’ishurwe ryo mu gahinga. Ivyatsi biruma, nya shurwe rigakoroka.
14 Umuntu yavyawe n’umugore,abaho igihe gito+ kandi yama yugarijwe n’ingorane*+. 2 Ameze nk’ishurwe rishurika rigaca ryuma*+.Ameze nk’igitutu gihunga kikazimangana+.
24 Nakare, «abantu bose* bameze nk’ivyatsi, kandi ubuninahazwa bwabo bwose bumeze nk’ishurwe ryo mu gahinga. Ivyatsi biruma, nya shurwe rigakoroka.