Yohani 3:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Yezu aca amubwira ati: «Emwe ni ukuri ndabikubwiye, umuntu atongeye kuvuka*+, ntashobora kubona Ubwami bw’Imana+.» 1 Petero 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Hashemezwe Imana yo Se w’Umukama wacu Yezu Kristu, kuko yatumye tuvuka bushasha yisunze imbabazi zayo nyinshi+, ngo tugire icizigiro kizima+ biciye kw’izuka rya Yezu Kristu mu bapfuye+, 1 Petero 1:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Kuko mwavyawe bushasha+ bidaciye ku rubuto rubora*, ahubwo biciye ku rubuto rutabora+, mubikesheje ijambo ry’Imana nzima kandi yamaho+. 1 Yohani 3:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Umuntu wese yavyawe n’Imana ntaguma acumura+, kuko urubuto* rw’Imana ruguma muri we. Ntaguma acumura, kuko yavyawe n’Imana+.
3 Yezu aca amubwira ati: «Emwe ni ukuri ndabikubwiye, umuntu atongeye kuvuka*+, ntashobora kubona Ubwami bw’Imana+.»
3 Hashemezwe Imana yo Se w’Umukama wacu Yezu Kristu, kuko yatumye tuvuka bushasha yisunze imbabazi zayo nyinshi+, ngo tugire icizigiro kizima+ biciye kw’izuka rya Yezu Kristu mu bapfuye+,
23 Kuko mwavyawe bushasha+ bidaciye ku rubuto rubora*, ahubwo biciye ku rubuto rutabora+, mubikesheje ijambo ry’Imana nzima kandi yamaho+.
9 Umuntu wese yavyawe n’Imana ntaguma acumura+, kuko urubuto* rw’Imana ruguma muri we. Ntaguma acumura, kuko yavyawe n’Imana+.