Ivyahishuwe 12:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ca gisato kinini+ rero gikororerwa hasi, ya nzoka yo mu ntango+, iyitwa Mubesheranyi*+ na Shetani+, umwe azimiza isi yose+. Akororerwa kw’isi+, n’abamarayika biwe bakororanwa na we. Ivyahishuwe 20:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Aca afata ca gisato+, ya nzoka yo mu ntango+, ari yo Mubesheranyi*+ na Shetani+, arakiboha kugira kimare imyaka 1.000 kiboshwe.
9 Ca gisato kinini+ rero gikororerwa hasi, ya nzoka yo mu ntango+, iyitwa Mubesheranyi*+ na Shetani+, umwe azimiza isi yose+. Akororerwa kw’isi+, n’abamarayika biwe bakororanwa na we.
2 Aca afata ca gisato+, ya nzoka yo mu ntango+, ari yo Mubesheranyi*+ na Shetani+, arakiboha kugira kimare imyaka 1.000 kiboshwe.