ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 13:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ivyo mubikore kubera muzi ikiringo tugezemwo, yuko isaha yo kwikangura mukava mw’itiro imaze kugera+. Ubukiriro bwacu ubu buri hafi kuruta igihe twacika abemera.

  • Abaheburayo 9:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 ni ko na Kristu yishikanye rimwe rizima kugira yikorere ibicumuro vya benshi+. Aho azobonekera irigira kabiri ntazoba azanywe n’ibicumuro*, kandi azobonwa n’abamurindiranye igishika kugira baronke ubukiriro+.

  • 1 Petero 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 mwebwe abo Imana izigama biciye ku bubasha bwayo kuko mufise ukwizera, kugira muronke ubukiriro bugira buhishurwe mu gihe ca nyuma.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika