Ibirimwo
1 Ndamukiza 2012
© 2012 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.
Inyishu z’ibibazo twibaza kuri Yezu Kristu
IBIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
4 Inyishu z’ibibazo twibaza kuri Yezu Kristu
IVYAMA BISOHOKA
10 Niwiyegereze Imana—“Dukundire tugaruke iwawe”
12 Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu
16 Niwige Ijambo ry’Imana—Kubera iki abakirisu babatizwa?
23 Niwigane ukwizera kwabo—Yarakingiye umuryango, arawuronderera, arumira kw’ibanga
29 Abasomyi bacu barabaza . . . Ni nde yarungitse ya “nyenyeri”?
30 Ku bw’urwaruka—Musa ashingwa igikorwa kidasanzwe
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
18 Injili zitari izo muri Bibiliya zoba zihishura ivyanyegejwe ku bijanye na Yezu?
20 Ikiyago Icabona ca Yehova agirana n’uwo abwira inkuru nziza—Yezu yoba ari Imana?
[Abo dukesha amafoto ku rup. 2]
Abo dukesha amafoto yo ku rupapuro rwa 2 n’urwa 3: uvuye hejuru ibubamfu uzunguruka nk’urushinge rw’isaha: © Massimo Pizzotti/age fotostock and Hagia Sophia; © Angelo Cavalli/age fotostock; © Alain Caste/age fotostock; © 2010 SuperStock; Engravings by Doré