2 Abami 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Hanyuma atora ya mpuzu y’ibango+ ya Eliya yari yakorotse ivuye kuri we, asubira inyuma maze ahagarara ku nkengera ya Yorodani.
13 Hanyuma atora ya mpuzu y’ibango+ ya Eliya yari yakorotse ivuye kuri we, asubira inyuma maze ahagarara ku nkengera ya Yorodani.