Gusubira mu vyagezwe 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ntibize bibe ikintu kigoye mu maso yawe niwamurungika akava iwawe ari uwidegemvya+; kuko yagukoreye imyaka itandatu ku bw’ibingana kabiri impembo y’umucangero+, kandi Yehova Imana yawe akaba yaraguhezagiye mu vyo wakora vyose+. Yesaya 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubu na ho Yehova aravuze, ati: “Mu myaka itatu, nk’uko imyaka y’umucangero+ iri, ubuninahazwa+ bwa Mowabu butegerezwa rero kugirwa agaterasoni mu ntureka nyinshi y’ubwoko bwose, kandi abasigaye bazoba inkehwa ziri ku rushi, badakomeye+.” Yesaya 21:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko ibi ari vyo Yehova ambwiye: “Hasigaye umwaka umwe, nk’uko imyaka y’umucangero iri+, ubuninahazwa bwose bwa Kedari+ bukarangira koko.
18 Ntibize bibe ikintu kigoye mu maso yawe niwamurungika akava iwawe ari uwidegemvya+; kuko yagukoreye imyaka itandatu ku bw’ibingana kabiri impembo y’umucangero+, kandi Yehova Imana yawe akaba yaraguhezagiye mu vyo wakora vyose+.
14 Ubu na ho Yehova aravuze, ati: “Mu myaka itatu, nk’uko imyaka y’umucangero+ iri, ubuninahazwa+ bwa Mowabu butegerezwa rero kugirwa agaterasoni mu ntureka nyinshi y’ubwoko bwose, kandi abasigaye bazoba inkehwa ziri ku rushi, badakomeye+.”
16 Kuko ibi ari vyo Yehova ambwiye: “Hasigaye umwaka umwe, nk’uko imyaka y’umucangero iri+, ubuninahazwa bwose bwa Kedari+ bukarangira koko.