Abalewi 25:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “‘Kandi mwene wanyu niyacika mworo bigatuma agoyagoya mu vy’ubutunzi iruhande yawe+, utegerezwa rero kumufata mu mugongo+. Ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe, nka kavamahanga n’inyambukira+. Gusubira mu vyagezwe 15:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Nihagira umwe muri bene wanyu acika mworo iwawe muri kimwe mu bisagara vyawe, mu gihugu cawe Yehova Imana yawe agira aguhe, ntuze ukomantaze umutima wawe canke ngo upfumbate igipfunsi* imbere ya mwene wanyu mworo+. Zaburi 37:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Agira impuhwe kandi agatanga ingurane bukarinda bwira+,Bigatuma uruvyaro rwiwe rwitega umuhezagiro+. Zaburi 112:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umuntu w’umunyempuhwe+ kandi aguranana ni mwiza+. י [Yodi]Ivyiwe abishigikiza ubutungane+. 2 Timoteyo 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Umukama agirire imbabazi urugo rwa Onesiforo+, kuko kenshi yanduhuye+, kandi ntiyatewe isoni n’imvuto zanje+. Abaheburayo 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Vyongeye, ntimwibagire gukora iciza+ be no gusangira ibintu n’abandi, kuko mwene ivyo bimazi ari vyo bihimbara Imana rwose+.
35 “‘Kandi mwene wanyu niyacika mworo bigatuma agoyagoya mu vy’ubutunzi iruhande yawe+, utegerezwa rero kumufata mu mugongo+. Ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe, nka kavamahanga n’inyambukira+.
7 “Nihagira umwe muri bene wanyu acika mworo iwawe muri kimwe mu bisagara vyawe, mu gihugu cawe Yehova Imana yawe agira aguhe, ntuze ukomantaze umutima wawe canke ngo upfumbate igipfunsi* imbere ya mwene wanyu mworo+.
26 Agira impuhwe kandi agatanga ingurane bukarinda bwira+,Bigatuma uruvyaro rwiwe rwitega umuhezagiro+.
16 Umukama agirire imbabazi urugo rwa Onesiforo+, kuko kenshi yanduhuye+, kandi ntiyatewe isoni n’imvuto zanje+.
16 Vyongeye, ntimwibagire gukora iciza+ be no gusangira ibintu n’abandi, kuko mwene ivyo bimazi ari vyo bihimbara Imana rwose+.