Matayo 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Arishura ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda+ y’ubwami bwo mw’ijuru, mugabo bobo ntibabihawe+. Matayo 13:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 kugira haranguke ivyavuzwe biciye ku muhanuzi yavuze ati: “Ngira nteranure akanwa kanje mvugire mu bigereranyo, namamaze ibintu vyanyegejwe uhereye kw’ishingwa ry’isi+.” Mariko 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Na we ababwira ati: “Mwebwe mwarahawe kumenya ibanga ryeranda+ ry’ubwami bw’Imana, mugabo ku bo hanze ibintu vyose biza mu bigereranyo+,
11 Arishura ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda+ y’ubwami bwo mw’ijuru, mugabo bobo ntibabihawe+.
35 kugira haranguke ivyavuzwe biciye ku muhanuzi yavuze ati: “Ngira nteranure akanwa kanje mvugire mu bigereranyo, namamaze ibintu vyanyegejwe uhereye kw’ishingwa ry’isi+.”
11 Na we ababwira ati: “Mwebwe mwarahawe kumenya ibanga ryeranda+ ry’ubwami bw’Imana, mugabo ku bo hanze ibintu vyose biza mu bigereranyo+,