Kuvayo 12:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Bwira ishengero ryose rya Isirayeli uti: “Ku musi ugira cumi w’uku kwezi, umuryango wose uze witorere intama+, intama imwimwe ku rugo. Kuvayo 12:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Muze muwubike gushika ku musi ugira 14 w’uku kwezi+, kandi umuryango wose wo mw’ishengero rya Isirayeli uzowukerere izuba rirenze*+. Abalewi 23:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 ku musi ugira 14 w’ukwezi kwa mbere+ izuba rirenze*, ni Pasika+ ya Yehova. Gusubira mu vyagezwe 16:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Mwibuke ko ukwezi kwa Abibu* guhambaye. Mutegerezwa guhimbaza Pasika ya Yehova Imana yanyu+ mu kwezi kwa Abibu, kuko muri ukwo kwezi ari ho Yehova Imana yanyu yabakuye mu Misiri mw’ijoro+. 1 Abakorinto 5:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nimukureho umwambiro ushaje kugira mube igikandu gishasha, kubera ko musanzwe mutarimwo umwambiro. Kuko vy’ukuri, Kristu we mwagazi w’intama wacu wa Pasika+ yatanzwe nk’ikimazi+.
3 Bwira ishengero ryose rya Isirayeli uti: “Ku musi ugira cumi w’uku kwezi, umuryango wose uze witorere intama+, intama imwimwe ku rugo.
6 Muze muwubike gushika ku musi ugira 14 w’uku kwezi+, kandi umuryango wose wo mw’ishengero rya Isirayeli uzowukerere izuba rirenze*+.
16 Mwibuke ko ukwezi kwa Abibu* guhambaye. Mutegerezwa guhimbaza Pasika ya Yehova Imana yanyu+ mu kwezi kwa Abibu, kuko muri ukwo kwezi ari ho Yehova Imana yanyu yabakuye mu Misiri mw’ijoro+.
7 Nimukureho umwambiro ushaje kugira mube igikandu gishasha, kubera ko musanzwe mutarimwo umwambiro. Kuko vy’ukuri, Kristu we mwagazi w’intama wacu wa Pasika+ yatanzwe nk’ikimazi+.