ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 22:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Umwami wa Isirayeli aca abwira Yehoshafati ati: «Haracariho uwundi mugabo yotubariza Yehova+. Mugabo ndamwanka+ kuko atigera avuga ko hari ivyiza bizonshikira, amvugako ibibi gusa+. Ni Mikaya mwene Imula.» Ariko Yehoshafati avuga ati: «Sigaho mwami, reka kuvuga gutyo.»

  • 2 Ngoma 25:15, 16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Yehova aca ashavurira cane Amaziya, amurungikira umuhanuzi amubwira ati: «Kubera iki usenga imana z’abo bantu kandi zitashoboye gukiza na benezo ngo ntubatsinde+?» 16 Akiriko aravugana na we, umwami aca amubwira ati: «Hora+! Hari uwakugize umujanama w’umwami+? Ukabandanya kuvuga ndakwicisha!» Uwo muhanuzi aca aragenda, mugabo asiga avuze ati: «Ndazi yuko Imana yafashe ingingo yo kugukuraho, kuko wakoze ivyo kandi ukaba utumvirije impanuro naguhaye+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika