ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 31:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Azariya umukuru w’abaherezi bo mu muryango wa Sadoki amwishura ati: «Kuva igihe batanguriye kuzana intererano mu nzu ya Yehova+, abantu barariye barahaga kandi haracasigaye vyinshi kuko Yehova yahezagiye abantu biwe. Ibi vyose ubona bingana gutya ni ivyasigaye+.»

  • Malaki 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Nimuzane ivy’icumi vyose mu kigega+, kugira ngo mu nzu yanje habe ibifungurwa+. Enda nimungeze muri ivyo», ni ko Yehova Nyeningabo avuze, «murabe ko ntazobugururira ingomero zo mw’ijuru+, nkabasukako* umuhezagiro gushika aho ata co mubura+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika