Matayo 13:55 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, benewabo na bo si Yakobo, Yozefu, Simoni na Yuda+? Yohani 2:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Inyuma y’ivyo, we na nyina wiwe, benewabo+ hamwe n’abigishwa biwe baciye bamanuka i Kaperinawumu+, ariko ntibamazeyo imisi myinshi. Ivyakozwe 1:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Abo bose bariko bakovya mu gusenga bahuje inama, bari kumwe n’abagore+ bamwebamwe, na Mariya nyina wa Yezu na benewabo na Yezu+.
55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, benewabo na bo si Yakobo, Yozefu, Simoni na Yuda+?
12 Inyuma y’ivyo, we na nyina wiwe, benewabo+ hamwe n’abigishwa biwe baciye bamanuka i Kaperinawumu+, ariko ntibamazeyo imisi myinshi.
14 Abo bose bariko bakovya mu gusenga bahuje inama, bari kumwe n’abagore+ bamwebamwe, na Mariya nyina wa Yezu na benewabo na Yezu+.