ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Amazina y’izo ntumwa 12 ni aya+: ubwa mbere, Simoni batazira Petero+ na mwenewabo Andereya+; Yakobo umuhungu wa Zebedayo na mwenewabo Yohani+;

  • Matayo 10:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Simoni Umunyamwete* na Yuda Isikariyoti, ari we yahavuye amugurisha+.

  • Luka 6:12-16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Umusi umwe yaraduze ku musozi gusenga+, amara ijoro ryose ariko arasenga Imana+. 13 Bukeye, ahamagara abigishwa biwe maze atoramwo 12, ari na bo kandi yise intumwa+. 14 Na bo ni aba: Simoni ari na we yise Petero, mwenewabo Andereya, Yakobo, Yohani, Filipo+, Barutelemi, 15 Matayo, Toma+, Yakobo mwene Alufayo, Simoni ari we batazira «Umunyamwete», 16 Yuda mwene Yakobo hamwe na Yuda Isikariyoti, ari we yahavuye aba umuhemu.

  • Yohani 6:70, 71
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 70 Yezu abishura ati: «None si jewe nabatoye uko muri cumi na babiri+? Ariko umwe muri mwebwe ni umubesheranyi*+.» 71 Aho yariko avuga Yuda mwene Simoni Isikariyoti, kuko yagira amugurishe naho yari muri bamwe cumi na babiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika