ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 10:29, 30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Yezu amwishura ati: «Ni ukuri ndabikubwiye, nta muntu n’umwe yahevye inzu, benewabo, bashikiwe, nyina wiwe, se wiwe, abana canke amatongo ku bwanje no kubera inkuru nziza+, 30 atazoronka muri iki gihe ibiruta ivyo incuro 100: amazu, benewabo, bashikiwe, ba nyina, abana, amatongo, biri kumwe n’uruhamo+. Muri kazoza* na ho azoronka ubuzima budahera.

  • 1 Petero 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Mugabo naho mwobabara muhorwa ubugororotsi, muba muhiriwe+. Ariko ntimutinye ico batinya* canke ngo muhagarike umutima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika